footballhomepageIKIRUNDI_newsInkino

#Indundi Sports | Buri mukinyi w’intamba z’abigeme yahawe ibihumbi 500

 

Inyuma y’aho abigeme b’intamba mu rugamba bakatishirije itike yo kwitabira inkino za nyuma za CAN z’abigeme zizobera mu gihugu ca Maroc muri uyu mwaka wa 2022 , CP Muyenge Alexandre yabahaye agashirukabute.

Umukinyi wese yari ku rutonde rw’abakinyi bakinye urukino rwabahuje na Djibouti yaronkejwe amafaranga angana n’ibihumbi amajana atanu vy’amafaranga y’amarundi, ( 500,000Fbu) hamwe n’abamenyereza , nayo abatigeze baja kuri urwo rutonde umwe wese akaba yahawe amafaranga ibihumbi amajana ane y’amarundi, (400,000 Fbu).

Mwokwibuka ko Umugambwe CNDD FDD nawe nyene waciye ubongerereza ayandi mafaranga aho umukinyi umwe umwe na Staff baronkejwe ibihumbi (100,000 Fbu) umwe umwe .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 807