Inkino

# Indundi Sports |CAF Conf Cup: Abakinyi 3 b’abarundi bajanye na Namungo muri Angola

kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2021, Umugwi Namungo Fc wo mu gihugu ca Tanzania wafashe urugendo werekeza mu gihugu ca Angola gutana mu mitwe n’umugwi Primeiro Agosto ku musi w’Imana igenekerezo rya 14 Ruhuhuma 2021.

Namungo Fc ikaba isanzwe ikinamwo abakinyi b’abarundi bashika kuri 4 ariko abajanye n’umugwi akaba ari abakinyi 3 abo nabo ni Kwizera Eric , Styves Nzigamasabo hamwe na Nahimana Jonathan mugihe Blaise Bigirimana wewe ari hano I Bujumbura kumvo z’imvune.

Mwomenya ko igihugu ca Tanzania ari igihugu ca mbere gikinamwo abakinyi batari bake b’abarundi .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037