Cutegroups-at-messageInkino

Ikibuga ca mbere mu Burundi catanguye gushirwaho intebe

Ikibuga c’umugwi Aigle Noire The Fithers citiriwe izina rya Peace Parck Complex Petero Nkurunziza catanguye gushirwaho intebe za kijambere, ico kibuga kikaba kiri mu ntara ya Makamba ku mutumba wa Gisenyi.

Nico kibuga ca mbere mu Burundi cakira abantu benshi gusumba ibindi bibuga kikaba cakira abantu bagera ku bihumbi 30,000.

Mwomenya y’uko uwubatse ico kibiga ari umukenguzamateka asanzwe arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ndetse akaba ari nawe yashinze umugwi Aigle Noire The Fighters Nyakwubahwa Réverien Ndikuriyo.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 26