Zimwe mu ngingo z’itegeko rigenga ikigega c’uburaro bw’abigisha FLE ziranegurwa n’amasendika y’abigisha abiri ariyo SEPEDUC na SYGEPEBU. Nk’uko biri mu rwandiko barungikiye ubushikiranganji bujejwe indero, ayo masendika…
Umushikiranganji w'Ubudandaji Immaculée Ndabaneze aragabisha ubwa nyuma abikika mu kiza mu kuduza ibiciro vy’isima. Abicishije mw’itangazo yashize ahabona kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 21 Kigarama 2020,…
Abagendesha imodoka zunguruza abantu batazokwubahiriza ibiciro muri kino kiringo c'imisi mikuru irangiza umwaka bazocibwa amande angana n’amafaranga ibihumbi amajana abiri vy’amarundi hamwe no guhagarika imodoka gukora…
Ibitenge birenga 1800 vyafashwe n’ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR gifadikanyije n’igiporisi c’Uburundi kuri uyu wa mbere. Ivyo bitenge bikaba vyafatiwe hafi y’igisata c’ishirahamwe Regideso gihingura amazi,…
Abafise amahinguriro bahamagarirwa kwijukira guhingura ibidandazwa vy’akanovera vyotuma Uburundi bufata ikibanza ca mbere mu bijanye n'ubudandaji mu karere ka Afrika y’ubuseruko. Ako kamo bagatewe n'umukuru…
Ishirahamwe Payway ryahora rifasha mu kugurisha ama "unité" no mu kuriha amafagitire y’amatara n’amazi vy'ishirahamwe Regideso ngo ntirirekuriwe gusubira kuja kurangura ama "unité" muri Regideso kuva…
Abajejwe intwaro ngo bakwiye gukurikirana ingene imyavu yegeranywa kugira ntitere indwara ahubwo ibe isoko ry’iterambere. Ivyo ni ibishikirizwa na Jérémie Nkinahatemba, umuyobozi mukuru w’ibidukikije, amazi n' isuku mu…
Uruhombo rw’ishirahamwe ONATEL mu mwaka 2019, ibiharuro vyerekana ko rugera ku mafaranga imiriyaridi 10 z'amarundi. Ni mu gihe rwagera ku yarenga imiriyaridi 3 mu mwaka wa 2015. Iryo shirahamwe ngo rikaba rifise amadeni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.