Ihiganwa ry’abigeme bakina mu cicaro ca mbere Lumitel Women’s League rigiye kubandanya kundwi igira 4.
Ikirangamisi kikaba kimeze uku gukirikira :
Igenekerezo rya 03 kigarama 2022:
– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga ca CTN , Umugwi Etoile M. uzokwakira Rain Bow
– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga Gatwaro , Umugwi Fofila PF uzokwakira La Colombe
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Kigarama 2020:
– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga CTN , Umugwi Buja Queens uzokwakira PVP Buyenzi
– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga c’Umuco , Umugwi Bon Avenir uzokwakira Intwarikazi
– Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Les lionnes uzokwakira Onze Etoiles