Inkino

Nahimana Jonathan, umunyegori w’intamba mu rugamba yaraye abuze Impfura yiwe

 

kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 20 Kigarama 2020, niho imfura y’umunyegori w’intamba mu rugamba Jonathan yaraye yitavye Imana .

Ihsan umwana w’umuhungu wa Nahimana Jonathan yari amaze amezi 9 avutse yitaba Imana ari ku bitaro vy’i Muyinga bivanye n’ukubura impemu.

Ihasan akaba ari umwana w’imfura wa Nahimana Jonathan akaba agiye asize abandi batoyi biwe babiri.

Indundi Sports ikaba iboneyeho akaryo ko guhoza Nahimana Jonathan n’umuryango wiwe.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037