Ku musi wa gatandatu , n’uwImana igenekerezo rya 19 na 20 nyakanga 2020 ihiganwa rya Primus league rizobandanya kundwi ya 3.
Uko Niko imigwi izohura :
Igenekerezo rya 19/09/2020:
– Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’intwari , Bs Dynamik izokwakira Les élephants
– Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’ingoma Flambeau du Centre izokwakira Aigle Noire
Ku musi w’imana igenekerezo rya 20/09/2020
Isaha Icenda 15h00 Ku kibuga c’urunani Bumamuru Fc izokwakira Royal Fc
– Isaha indwi n’igice 13h30. buja City izokwakira Muzinga Fc Ku kibuga c’intwari
– Isaha icumi 16h00 , Inter Izokwakira Rukinzo Fc Ku kibuga c’intwari
– Isaha icenda 15h00 , Kayanza United izokwakira Athletico Academy Ku kibuga c’igatwaro .
– Isaha icenda 15h00 Messager Ngozi izokwakira Olympic Star Ku kibuga c’urukundo
– isaha icenda 15h00 Musongati Fc izokwakira Vital’o Fc Ku kibuga c’ingoma.