Inkino

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 15

 

Kuva kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 18 Kigarama gushika ku wa mbere igenekerezo rya 21 Kigarama , ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi Primus league rizobandanya kundwi yaryo igira 15 kugira igice ca mbere gice kirangira. Uku niko imigwi izohura :

kuwa gatanu igenekerezo rya 18 Kigarama 2020:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari Vital’o Fc iza kwakira Aigle Noir Sc

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Kigarama 2020:

– Isaha indwi n’igice 13h30 , ku kibuga c’intwari Muzinga Fc izokwakira Kayanza United .

– Isaha icumi 16h00, ku kibuga c’intwari , Buja City izokwakira Messager Ngozi

– Isaha icenda 15h00, ku kibuga Ingoma , Flambeau du centre izokwakira Bs Dynamik

– Isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga c’intwari , Rukinzo Fc izokwakira Athletico Academy

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 20 Kigarama 2020

– isaha icumi 16h00 , ku kibuga Intwari , Inter Star izokwakira Olympic Star

– Isaha icenda 15h00, ku kibuga Ingoma Musongati Fc izokwakira Royal Fc

Ku musi wa mbere igenekerezo rya 21 Kigarama 2020

– Isaha icumi 16h00 , ku kibuga Intwari Les Elephants izokwakira Bumamuru Fc

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037