Inkino

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 28

Inyuma y’inkino z’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 28, igenekerezo rya 14 Rusama 2021.

Uku niko imigwi izohura :

– Isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga Intwari , Athletico Academy izokwakira Kayanza United

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga Intwari , Muzinga Fc izokwakira Buja City.

Igenekerezo rya 15 Rusama 2021 :

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Ingoma , Royale Fc izokwakira Bumamuru Fc

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Les elephants uzokwakira BS Dynamik

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intawari , Rukinzo Fc izokwakira Inter Stars Fc.

Igenekerezo rya 16 Rusama 2021:

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari , umugwi Vital’o Fc uzokwakira Musongati Fc

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Umuco , umugwi Olympic Star uzokwakira Messager Ngozi

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga N.P.P.C , umugwi Aigle Noir uzokwakira Flambeau du Centre.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037