Inkino

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 4

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 4 mu mpera z’ino ndwi.

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 27 Nyakanga 2020 :

– isaha icenda 15h00 Kayanza United izokwakira Burundi Sports Dynamik ku kibuga c’i Gatwaro

– Isaha icenda 15h00 Royale Fc izokwakira Buja City ku kibuga c’ingoma i Gitega

– Isaha indwi n’igice 13h30 Athletico Academy izokwakira Inter ku kibuga c’intwari

– Isaha icumi 16h00 Rukinzo Fc izokwakira Messager Ngozi ku kibuga c’intwari

– Isaha icenda 15h00 Aigle Noire izokwakira Muzinga Fc Ku kibuga ca Peace Park Petero Nkurunziza

Ku musi w’imana igenekerezigenekerezo rya 28 Nyakanga 2020 :

– Isaha icenda 15h00 Vital’o Fc izokwakira Flambeau du centre Ku kibuga c’intwari

– Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’umuco Olympic Star izokwakira Bumamuru Fc

– Isaha icenda 15h00 Les Élephants izokwakira Musongati Fc Ku kibuga c’urunani

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037