Inkino

# Indundi Sports | Sakina na Nema ntibari mu rutonde rw’abakinyi 32 b’abigeme bagiye kwitegurira Érithrea

 

 

kuri uwu wa Gatatu igenekerezo rya 12 Rusama 2021 , Umumenyereza mukuru w’umugwi Nserukira gihugu w’abigeme Niyibimenya Daniella yashikirije urutonde rw’abakinyi 32 bagiye kwitegurira inkino zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’africa CAN 2022. Abakinyi babiri bakina mu gihugu ca Tanzania mu mugwi Kigoma Stars nka Sakina hamwe na Neema ntibashizwemo muri urwo rutonde.

Aba akaba aribo bakinyi 32 bahamagawe :

1) Uwimana Aniella ( Young Princess)
2) Suzane Zilfa ( PVP Buyenzi)
3) Nifasha Adelaide ( PVP Buyenzi)
4) Nzeyimana Adidja ( PVP Buyenzi)
5) Congera Teddy Kadogo ( PVP Buyenzi)
6) Irakoze Jeannine ( Fofila PF)
7) Irakoze Ladouce ( Fofila PF)
8) Irankunda Diane ( Fofila PF)
9) Manishimwe Evelyne ( Fofila PF)
10) Nihorimbere Divine ( Fofila PF)
11) Niyonkuru Sandrine
12) Ineza Bora ( Fofila PF)
13) Karenzo Lydia ( Fofila PF)
14) Nahimana Nasra ( Kigoma Queen)
15) Bukuru Rachelle ( Kigoma Queen )
16) Bukuru Joelle ( Simba Queen)
17) Asha Jafari ( Simba Queen)
18) Nzeyimana Esta ( Lady Doves )
19) Keza angélique ( La Colombe Fc)
20) Kanyamuneza Erica ( La Colombe Fc)
21) Irakoze Noella ( La Colombe )
22) Mwajuma Melissa ( La Colombe Fc )
23) Niyomwungere Peace Olga ( La Colombe Fc)
24) Gakima Estella ( La Colombe Fc)
25) Ndayishimiye Nadine ( La Colombe Fc)
26) Inarukundo Amissa ( Rain Bow )
27) Ndayisaba Francine ( Rain Bow)
28) Nshimirimana Annociate ( Rain Bow )
29) Niyonkuru Grace ( Lionnes Fc)
30) Hatungimana Pascasie ( Intwarikazi )
31) Butoyi Pascasie ( Arena Stars )
32) Shurweryimana Riziki ( Onze Etoile )

Uburundi buzokina urukino rwa mbere na Érithrea igenekerezo rya 7 Ruheshi 2021, mugihe urwo gusubiriza ruzoba igenekerezo rya 25 Ruheshi 2021 .

Mwomenya ko imyimenyerezo izotangura ku musi wa mbere igenekerezo rya 17 Rusama 2021, ku kibuga c’ubuhinga bita CTN.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037