Inkino

# Indundi Sports | Ulimwengu Jules yabeshuje amakuru avuga ko yamaze kugaruka muri Sunrise

Umukinyi w’umusatitizi w’intamba mu rugamba za batarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules arabeshuza amakuru yabonetse kuri bimwe mu binyamakuru vyo mu Rwanda avuga y’uko amaze gusinya mu Mugwi Sunrise yigeze kuwukinira .

Ulimwengu Jules:

“Ayo makuru siyo sinzi naho babakuye jewe ndi hano muri Guinea Bissau kandi siniteze kugaruka mu gihugu c’urwanda vuba”

Jules ulimwengu akavuga y’uko akiri mu gihugu mu gihugu ca Guinea Equatorial .

Yakiniye Imigwi ya hano iwacu nka Les jeunes Athletic, LLBS4A hamwe na Vital’o Fc

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037