East Africa NewshomepageIKIRUNDI_newsImyidagaduro

Irene Uwoya ngo niwe yari gufatanya na Alikiba

Irene Uwoya umwe mu banyamideri ariko kandi akaba n’umwe mu bakinyi ba Film bakomeye muri Tanzania ngo yahinduye ku munota wa nyuma ibijanye n’ukuba umu Queen Video mu ndirimbo Utu ya Alikiba.

Mu kiganiro umuhinyanyuzi yayikoze iyo ndirimbo yatanze yavuze ko bamutumye umwigeme ashobora gukina neza muri iyo Video, noneho bahitamwo umwigeme Uwoya azwi cane nka Oprah.

Uwoya ngo yahinduye ku musegonda wa nyuma iboneka ryiwe bivuye kuko ngo ibikorwa bindi asanzwe akora ngo vyaciye bimufatira.

Ivyo bikaba bishikirijwe inyuma yaho havugiwe ko ari mu bigeme binjiza amafaranga menshi cane muri ico gihugu, ubona ko n’ingendeshwa yiwe ivyerekana.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 688