EntertainmenthomepageUncategorized

Iryavuzwe riratashe Vichou na Famba berekeje i Quatar

Mu kiganiro Vichou love yakoreye kuri Indundi Tv yavuze ko ukwezi kwa Rusama kutazorangira adakubitiye muri Quatar none azayagiye

Mu gitondo co kur’uwu w’ Imana igenekerezo rya 28 Rusama 2023 niho yafata rutemikirere yerekeza muri Quatar .

 

Akaba ajanywe n’ugukora vidéo atarashima kuvuga neza nimba izo ndirimbo zizoba ziri muri album yiwe yise “Ikete” azoshira ahabona igenekerezo rya 16 Ruheshi 2023 mu giteramo kizobera kuri La pirogue aho kw’injira azoba ari umuriyoni ku bantu 5 kandi n’igiteramo kizokorwa na vichou wenyene( one Man,one show,one Million)

Amakuru dukura muri the Fighter ngo nuko batagiye kugarukiriza muri Quatar gusa ahubwo bagira batangure kuzunguruka isi yose ngo ahazokurikira bazohatumenyesha hanyuma ngo akanyoni katagurutse ntikamenya iyobweze

What's your reaction?

Related Posts

1 of 750