IKIRUNDI_news

Ivy’urukundo rwa Lops na kavy ntibikiri ibanga

Abarundi barayamaze ngo akuzuye ntikamurikwa, witegereje neza ku mbuga ngurukana bumemenyi amajambo yabo banyabuhinga n’ubumenyi n’amafoto yabo yerekana urukundo gusa.

Kuri arutari (status) zabo babandanya babigaragaza ngo urukundo n’inkinkorora n’ingombwa ukorore iyo uyirwaye.

 

Lops yamenyekanye ku ndirimbo “Sape”ni Clémentine kavy yahoze muri Empire avenue ariko yamazeyo umwanya urume rumara
Atangura gukora we nyene
Bompi bakaba bari mu rukundo
Irabire amajambo bakoresha
mu kwerekana ingene urukundo rwabo rubaryoheye.

Nubwo rukiri rushasha urugero ruriko barabandanya barwishimira.

Reka tubipfurize urugendo rwiza narirya benshi bakunda guhura nimitego.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037