IKIRUNDI_news

kook k yateguye gute isabukuru yiwe y’amavuko

kook -k mu bakurikirane neza buja fleva, mwamumenye nk’umuririmvyi, umukinyi w’amareresi akongera Akaba n’umuhinyanyuzi aramutswa Buja hit.

r

Nyimba ari amabanga menshi umengo ivyokuririmba ntakibiha umwanya, hakaba haciye igihe kirekire ari mugacerere.

Kw’igenekerezo rya 05 Rusama umwaka atashimye kuvuga niho yashitse kw’isi.
Kuri iyo genekerezo nyene mu mwaka wa 2021 niho yari aramutse ahimbaza uyo sabukuru yiwe y’amavuko ariko akamenyesha ko uwu mwaka atorohewe kugira asangire n’abakunzi biwe kuko vyahuriranye nuko ari mu mafungo, ukwemera kwiwe kuri mwi dini rya Islam.

Tumubajije ko bizosubirwemwo canke birangiriye ngaho akaba yatwishuye ati birangiriye aho nyene kuko umusi w’amavuko uza rimwe ntugarika

Indundi magazine ikaba Imwifurije isabukuru nziza, inaboneraho kwifuruza amafungo meza Aba Islam iyo bari hose kw’isi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037