BurundiEntertainmenthomepage

Landry promoter na Yan A bagiye kubikora muri Zambia

Bompi bahurikiye muri Wema Entertaiment isanzwe irongowe na Wema Nella aba muri Australia mu Burundi ikaba iserukirwa na Landry promoter hano mu Burundi, vuba haribibikorwa bagiye gukorera muri Zambia

Umuririmvyi Yan A niwe muririmvyi yatanguranye niyo label ngo agiye kwereka abakunzi biwe ivyo ashoboye ngo kizoba ari igiteramo ciwe cambere ateguriye muri ico gihugu ca Zambia ariko akaba amaze kuboneka mu giteramo bari batumiyemwo B Face.

Igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2023 Yan A yifadikanije n’abaririmvyi bo ngaho muri Zambia nka Drifta,King Batch beat,Faurtfik na Mc Landry promoter ngo azogaragaza KO umurundi ahari hose birashoboka Ko abandanya ariko arakora hakazoba ari kw’ipasika.

Tubibutseko uwo muririmvyi Yan A asanzwe aba muri Zambia ariko yaheruka mu gihugu ciwe c’amavukiro aho yashoboye kuhakorera ibiganiro bitandukanye indirimbo ziwe 2 “Uruhombo” na iyoba warubizi nizo zitwa Ko aheruka gusohora.

Arahamagarira abarundi n’abanyarwanda ndetse n’abandi bose kutazosiba kuja kumushigikira muricogiteramo ciwe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 743