Entertainmenthomepage

Landry Promoter yamenyesheje August ko ariwe mu menyeshamakuru we nyene amaze kubikora

Burya ngo Shetani ntakunda kubona umwana w’umuntu yogoroye, bigomba bishe yaciye azimya umuriro nkuko Landry promoter wenyene avyivugira ngo niwe mu menyeshamakuru wenyene yabonye urupfu arongera aragaruka, ariko ivyo vyose ntivyabujije ko abandanya igikorwa yari yiyemeje, kuko yarahavuye ashira umukono ku masezerano nubwo amagara ataramukundira neza ariko ni Muzima.

 

Ngo ineza y’umuntu niyo imutera gukundwa bamwe nabariya babandanya bamushikako aho arwariye, bakamuremesha .
August Burundi yifadikanije na Team yiwe bashoboye kumushikako urazi ko ari umuririmvyi yama yerekana gushigikira abanyabuhinga muri rusangi, akarorero n’igiteramo cahuriyemwo abaririmvyi b’abarundi gusa cabereye kuri Stade Intwari yaritanze ariha ama ticket arenga Cumi kubera gushigikira ico gikorwa.
Sivyo gusa abamwegereye barashinga intahe ko atirengagiza uwumutuye ibijanye n’iterambere nakare yigisha abandi kutaba banyamwigendako

Umutima ufasha abatishoboye niwo Imana ikunda

Nawe uripfuza gushika Aho Landry arwariye?

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 722