IKIRUNDI_news

Menya vyinshi kuri Marahaba music Expo

Marahaba  music expo  wumvirije uko itunganije wovuga ko yaje hageze mu gihugu c’Uburundi.

 

Marahaba Festival ni isabukuru rifasha zina muririmvyi kumenya amategeko amugenga, no kumwagurira imbibe, kwungurana ubumenyi n’abaririmvyi bagenziwe bava mu bihugu bitandukanye.

Isanzwe iri mu mice 2 ( national na International)
National iba ku mwaka ku mwaka
international rimwe mu myaka 2.
Abavyiboneye n’amaso hari muri 2019, ubu naho babatumiriye kudasiba itariki 30 na 31 Mukakaro 2021 musubire muratire ijisho nakare ngo umuziki uri mu ndemamubiri, iryo  higanwa rikaba ridasanzwe kuko rizoba ari Mpuzamakungu(International)

Muti bitunganije gute? Nk’uko muvyibonera kuri iyi foto ni abaririmvyi batandukanye bava mu bihugu bitandukanye.
Bikazobera kuri (CC F) no mu kinama (ku kibuga c’Umupira) bikazobera ku musi umwe hose.
Abasanzwe babitunganya bavuga ko hari umurwi w’abaririmvyi bazoba bari hamwe bagenda barakurakuranwa muri ivyo bibanza uko ari 2.

Tubibutse ko uwurongoye MaRaHaBa ari Shabani Ramadhani.

Ntutangwe kubana natwe mumakuru yacu aha niho ukura inkuru atari urukurukuru uko bizongenda bibandanya tuzobibashikiriza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,036