IKIRUNDI_news

Natacha ntabarizwa mu gihugu yasubiriye gufata rutema ikirere

Nubwo ivyamujanye bikiri ibanga, Natacha abarizwa mu Gihugu ca Tanzania.

 

 

Ucishije amaso ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe Facebook, urabona amafoto agaragaza uko yakiriwe murico gihugu ndetse yanabonetse ari no mu ma radio asamirana muri ico gihugu,
bikaboneka neza ko hari igikorwa agiye gushira ahabona nkuko yabimenyereje abakunzi biwe.

Twokwibukanya ko yaraheruka mu gihugu ca Ouganda gukorerayo, nayo
amwe mu majambo abakunzi biwe baguma bandika ku mafoto ashirako babandanya bamukeza ko ari umuririmvyikazi amenyekanisha Uburundi mu makungu.
Vyishi kuri urwo rugendo uruganda rwa indundi rukaba rugiye kubibashakira vuba.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,036