IKIRUNDI_news

#Natasha ntakibarizwa i Bujumbura ak’i Buraya niwe akabazwa

Umwanditsi w ‘ indirimbo “Inkoni,Data, Naga…..nizindi”, inyuma yaho kw’ igenekerezo rya 24 Ruheshi kumwe n’umushingantahe wiwe bigina isabukuru y’amavuko yuwo yise inkoni ikaze, bwakeye bafata rutema ikirere berekeza ku mu gabane wa Burayi.

Mukiganiro indundi Tv yakoranye n’ umuserukizi wiwe (manageur), DJ Rapha
Yavuze ko kuruyu wagatanu igenekerezo rya 25 Ruheshi 2021
Umuryango wose wa Alfredo uzoba ufashe indege ibaganisha mu Gihugu c’ubutariyano
aho bagiye mukaruhuko bazomaramwo hafi amezi 2, ndetse iyo nkuru ikaba ariyo ukuri kuko umwe mu bagize uraganda rwa indundi TV yabonye uwo muryango winjira ku muryango mu kuru ku kibuga c’i ndege ca Bujumbura.

Ico Dj Rapha yijeje uruganda rwa indundi Tv ni uko Natacha niyagaruka azozanana umuvuduko udasanzwe barangize umwaka wa 2011 abakunzi biwe babahaye ibikorwa bibashika ku nyota
Indundi magazine ikaba yipfurije urugendo rwiza n’akaruhuko keza uwo muryango.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037