IKIRUNDI_news

R flow ngo vuba ararekura abari bamunyotewe bahodoke

Abatari bazi amazina yiwe y’ukuri ni khajimunda Riche florin benshi bazi kw’izina rya R flow Ubu abarizwa mu Gihugu c’ uburundi, Aho yaheruka ikigali mu Rwanda yagira karaoké muri Band yitwa Jazz band, yarigizwe na chico,R flow,Olga , grette,…..n’abandi .

Mu nyuma yaho 2020 babaye nkabagarutse mu gihugu.
aho babandanije akazi kabo ka karaoké , vyaboneka umengo ntibagikwiye ni izina rirahinduka Riba Cool Band habonekamwo;

Chico,grette, na Olga …..abandi bashasha.

Uretse ko hariho ababavugiriza vyagaragara ko batazananye mu gihugu c’uburundi ariko R flow yari mu Gihugu c’Uburundi muri Cool Band ntiyabonekamwo.

Indundi Magazine kigerageje kuvugana nawe yatwishuye ati:”
karaoké nzozibandanya mu gihugu c’ Uburundi ariko sindamenya Band nzoyikoreramwo.”

Tukirindiriye ngo tumenye Band azokoreramwo twagiye tumubona kuri afiche ya cool Band iyi weekend ku ma grnekerezo ya 14 na 15 Rusama.

Twibukanye ko ari inyuma yaho igisagara cari Kirangwamwo agacerere mu bibanza nka vyose hakorerwamwo karaoke, ariko muri kino gihe biboneka ko abakunzi buwo muziki basa n’ abariko boroherwa .

R flow yabonetse kuri Champs Elyse na Cool Band
insiguro twaronse n’uko bari abatumire biteka baje kw’ifatanya na cool Band
R flow na Frank G 80
nayo agakemanyi ngo vuba aragapfundurura inyuma ya( Rosalina) haje my People biboneka ko n’amasanamu yayo ariko arakorwa.
Gumana natwe kuri Indundi ibigezweho vyose bibarizwa ngaha Turabakunda.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037