Entertainmentkirundi

Sat-B indirimbo yari ibuze kugira album ayisohore yamaze kuyikora

Haciye igihe kitari gito Sat-B yemereye abakunzi biwe album yiwe nshasha ko igiye gusohoka ariko ikiringo yari yaratanze kikaba cararenze.

Mu kwezi kw’indwi 2022 niryo sango yari yatanze ariko rirahinduka. Impamvu ico kiringo carenze yarabisiguye neza mu kiganiro yakoranye na Indundi Magazine ngo nuko hari abahinyanyuzi bataraheza ninayo mpamvu n’ubu atarashima gutanga ikiringo nyezina. N’ubwo biri uko aguma avuga ko iyo album igiye gusohoka vuba

Mu gitondo co kuri iri genekerezo rya 19 Gitugutu 2022 yanditse agira ati: “Nazindukiye ku muvyeyi Amir pro gukora ya ndirimbo nari numva ko album itosohoka atayirimwo. New album “ishari”.

Mukubandanya turindiriye album tubandanye tumutora mw’ihiganwa arimwo rya Afrimma.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 550