Entertainmenthomepage

Sat – B na Natacha Ivyatumye batazoboneka muri Festival de l’Independence

Nubwo vyari vyasibijwe ntivyabujijwe ko ivyategekanijwe bikorwa

nubwo bitari vyoroshe kwemera,
ni kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 4 Mukakaro 2023 ku kibanza Bantu Bwoy basanzwe bakorera isango ry’abaye ntabanduka .

 

Nayo impamvu yatumye Big Fizzo avuga ko ata Festival izoba canke conférence ngo yashaka kumenya icabantu bagona abo ryoherwa n’ibumva KO vyasivye
aho ageza amaso ngo yarashoboye kubona cane cane k’umbuga ngurukanabumenyi abatashoboye kumushigikira ngo bamenyeshe ico gikorwa mugabo avuze yuko vyasivye benshi baciye babishira ku mbuga zabo ivyo akaba yanabiteye ivyatsi iyongendo KO yohagarara gushigikira umurundi uba uriko urateza Imbere Uburundi apana kuvuga ibibi gusa.

Nayo ngo abaririmvyi Sat-B na Natacha baribipfuje kuboneka muri Festival de l’independence icabankiye nuko bari hanze y’igihugu mubikorwa vyabo ubundiho Bantu bwoy yari yabiyumviriyeko yuko bokorana

Tubibutseko Festival de l’independence igiye kuba mu Ntara 3 Mukakaro igenekerezo rya 7 i Gitega, 8 i Ngozi le 9 i Bujumbura Big Fizzo n’abaririmvyi bahurikiye muri Bantu bwoy n’abaririmvyi nka Lolilo,Olga,chany Queen ,Club abagumyabanga….

Babahamagarira mwese kudasiba

What's your reaction?

Related Posts

1 of 707