Bizos aranegura aba rappeur kuvyakorewe umuririmvyi mugenziwe B Face
Bizos asanzwe akora umudiho wa Kiyago style Music inyuma y'ukuronka ikibondo akanyamuneza kakaba kari kenshi arababazwa cane n’ivyakozwe kuri mugenziwe. Intandaro yavyose ni indirimbo Freestyle ya Taylo sixer aho…