Ibanki y’abarundi bakorera mu mahanga BUDG Bank igiye kubona izuba
Imiriyaridi 12 z’amafaranga y’amarundi nizo zikenewe kugira ibanki y’Abarundi bakorera mu mahanga BUDG Bank (Burundian Diaspora Gateway Bank) ibone izuba. Ivyo ni ibishikirizwa na Fabrice Manirakiza arongoye umurwi…