Mugongomanga: Ikinogo rusangi 1 catowemwo ibisigarira vy’abantu birenga 1500
Kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 26 ruhuhuma 2022 niho umurwi w'Igihugu ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR waramutse usozera vy'imfatakibanza ibikorwa wari umazemwo imisi uriko urarangurira mu…