Nsavye abona ko gufatanya imyuga ku babishaka ata kibazo kirimwo
Christian Nsavye abona ko abantu badakwiye kugira impari ku bafadikanya imyuga itandukanye irimwo uburirimvyi, ukumemyeshamakuru n'ibindi, naho muri kamere ya benshi batazi kwakira impinduka. Christian Nsavye umuhungu…