Clementine Kavy ashobora gusohora igikorwa imbere y’uko umwaka urangira
Ukumara umwaka atagikorwa agaragaramwo Clementine Kavy ashobora gusohora indirimbo iheraheza uno mwaka, indirimbo ishobora kuzoza giturumbuka ku bakunzi b’umuziki. Inyuma y'ukwandika amajambo aciye kuri rwa rubuga…