Nyamate aratera akamo abafise impano boba bashaka gushira ahabona bikanka ngo ibintu n’Imana
Kubwa Nzambimana Janvier azwi cane nka Nyamate no mu gutambisha inkofero ngo ibintu n’Imana ijambo akunze gukoresha cane naho abenshi bataritahura ngo Imana yamukuye mw’ibarabara imuha impano idasazwe. Nyamate azwi…