zari yavuze vyose kuvyo Diamond yavuze ko yagendanye n’umwe muba P Square
Zari avuga ko Mr P wo muri P Square ari umwe mu bahanuye Diamond ngo asubirane n’umugore, amaze kwumva ko vyayangaye, naho nawe yahavuye amushira mu gitigiri c’abagendanye n’umugore wiwe. Arahakana ko ata numwe mubo Diamond…