#indundi|Natacha niwe yaraye atahukanye agashimwe nkumuririmvyi yakoze neza uno mwaka
Umuririmvyikazi Natacha yaraye atowe n'ishirahamwe ry’abaririmvyi ryitwa Coopérative des musiciens du Burundi nk’umuririmvyiyakoze neza cane kuruta abandi uno mwaka wa 2018. Ninyuma y’ibikorwa bitaribike!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…