Yvan muziki yoba yafatanywe ibiyovyabwenge canke yafashwe kumvo z’amatohoza?
Haracarimwo igipfungu cinshi mu nkuru y'ifatwa rya Yvan Muziki mu gihugu ca Uganda, kuko hataratomoka neza ngo hamenyekane ibiyovyabwenge yafatanywe uko bingana. Ikiyovyabwenge co mu bwoko bwa Heroine kingana!-->!-->!-->!-->!-->…