Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro umukuru w’igihugu mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 57 Uburundi bumaze buhabuje intahe y’ukwikukira
Barundi, Barundikazi, Bakunzi b'Uburundi; 1. Imbere ya vyose nagomba mbanze nshimire Imana Mushoboravyose, umuremyi w'ijuru n'isi yaturemeye Igihugu cacu ciza c'Uburundi kandi igatako ikakizigama gushika…