Ijambo rishikirijwe n’Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 60 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira
Mana nyene urukundo, wewe ivyiza vyose bikomokako,Amahoron’umwidegemvyoturimwomuBurunditubikeshawewe ubwawe, Mana Mushoboravyose. Nuninahazwe imyaka n’imyaka. Bavukanyi mwese ; Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, Aho…