Umurundi wambere yaraye akwije abantu barenga 1.000.000 kuri Youtube
Umuririmvyikazi Iry Tina kurubuga rwiwe rwa Youtube yaraye akwije abantu bamaze kuraba indirimbo yiwe barenga 1.000.000 mukiringo kitangana n’ukwezi kumwe. Akaba abaye umurundi wambere ageze kuri ugwo rwego ku curo yambere…




