Jack Bauer ashobora gusubira gukina muri 24h chrono Saison y’10
Icizere ni cose ko 24h chrono ishobora gusubira kandi gukinywa, ariko hakibazwa nimba Jack Bauer azohava asubira gukina. Ireresi abantu batari bake bakunze cane, 24h chrono ngo yoba igiye kandi gusubira gukinywa, noneho…