“Kazoza Plus”, uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi kwiteza imbere
Ishirahamwe ryo kuguranana no kuziganya "Kazoza Finance" ryatanguje kuri uno wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka w'2019 uburyo bushasha bwo gufasha abanywanyi baryo gutorera umuti ibibazo bafise na cane!-->!-->!-->…