Muyoboke yavuze kuri Charly na Nina hamwe na Big Fizzo
Muyoboke ntiyemeza canke ngo ahakane ko Charly na Nina basubiye hasi, ariko avuga ko umuvuduko bariko bakirikumwe atariwo bariko. Biragoye kwemeza canke guhakana ko umurwi charly na Nina woba warasubiye hasi canke ubandanya…