Iry Tina yasobanuye ivy’ubucuti afitaniye na Paul wa P Square
Ugukundana vyo ngo nta birimwo, ariko ngo n'incuti za hafi cane kandi banafise ibikorwa basanzwe bakorana binarimwo ivy'umuziki. Mu gihe vyavuzwe cane ko Iry Tina yoba asohokana n'umwe mu bari bagize umurwi P…