Primusic si zirya miriyoni mirongo ibiri na zitanu
Inyuma yo kuvyemanga ko atari yiteze ko yorengana no mu majonjora, ni Laurette TETERO ashima cane uburyo abantu babishizemwo umutima bakamwizera bakamutora. Aho avuga ko kumutora ngo abe mu kibanza ca mbere nuko boba…