Tanasha Donna yerekanye imbanyi mu mashusho asa n’uwuri gusa
Tanasha yatanguye gushira ahabona amashusho yerekana imbanyi yiwe bivurwa ko isigaje igihe gito, nayo ivyamamare ntivyaretse kugira ico bizivuzeko. Inyuma y'uko Diamond amenyesheje ko umukunzi wiwe buca yibaruka, uwo…