Diamond Platnumz yatangajwe n’abari bamaze kuyiraba mu masaha makeya
Mu masaha 17 gusa, indirimbo The one ya Diamond Platnumz yarimaze kurabwa n'abarenga 1,000,000 ku rubuga rwa Youtube asanzwe asohorerako indirimbo. Ivyo bikaba vyamushitse ku mutima aho ataretse gushimira!-->!-->!-->…