B Face yavuze igituma yashimye gukorana indirimbo na Tom Close
Amasanamu y’indirimbo yakoranye na Tom Close ngo biragoye kuvuga ryari azoshirirwa ahabona, kuko atayo afise mu ntoke. I Kigali mu Rwanda B Face icamujanye ngo n’ugukora amasanamu y’indirimbo afitanye na Tom Close, nkuko…