Umuntu yagirizwa ubusuma yitavye Imana arashwe n’abajejwe umutekano
Amakuru dukura mu bajejwe umutekano amenyesha y’uko mu bucagucagu bwo kuri uno wa mbere igenekerezo rya 10 Ruheshi umwaka w’2019, umuntu umwe yapfuye arashwe n’abajejwe umutekano muri karitiye ya Kinanira ya gatatu iri muri…