Ijambo umukuru w’igihugu yashikirije yipfuriza umwaka mwiza w’2019 abarundi n’ababa mu Burundi
Barundi barundikazi, Umwaka w’2018 urarangiye, uw’2019 nawo uratanguye. Turashimiye cane Imana Mushoboravyose ku vyiza vyinshi yadukoreye muri uyu mwaka turangije, twongera tuyisaba kugumana natwe muri uyu mwaka mushasha!-->!-->!-->…