IKIRUNDI_news

#The_fighter|Happy Famba ngo bagiye kwugurura inzu yo guhinyanyuriramwo

Ivya Vichou na Happy Famba ntibigiye kworoha mu muziki ndundi na cane cane muri The figther.

 

Happy Famba yatumenyesheje ko kw’igenekerezo rya 8Ruheshi 2021 uzoba ari umusi wo gushira ahabona inzu yabo y ‘ubuhinyanyuzi (production) i biro vya the fighter production izokorera Munyakabiga mu Kirwati.

Hambavu yico gikorwa arahamagarira uwo musi nyene isaha zitandatu z ‘ umuhingamo biciye kuri Facebook page ya Vichou Burundi azoba ari live vichou atanga umuziki ku bakunzi biwe.

The fighter igizwe na happy Famba Manageur, vichou love hamwe na difficile 5 G.

Famba yana tumenyesheje ko bataribugume uko ahubwo bagiye kwongereza abandi baririmvyi ba 2 atashimye kuvuga amazina
.

Mbe hoba hari hageze ko bo kwongereza abandi baririmvyi? inyishu y ‘ ikibazo nibindi vyose kuri The Figther tukazobarondera baduhe umuco.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037