BurundiCooperationhomepageIKIRUNDI_news

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagabiwe inka 50

Umukuru w’igihugu ca Kenya Uhuru Kenyatta yagabiye mugenziwe umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye inka mirongo itanu.

Mu rugendo rw’imisi ibiri arimwo mu gihugu ca Kenya aho yagiye kwifatanya n’abakenya guhimbaza umusi mukuru Madaraka Day uzoba aho bukera kuwa 1 Ruheshi, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahawe na mugenziwe Uhuru Kenyatta ingabire igizwe n’inka mirongo itanu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 721