EntertainmentkirundiUncategorized

Vichou Love ivyo yakorewe na Happy Famba biranse ko yo vyihanganira

Vichou love ngo agiye gukorana na Happy Famba isi yose ibimenye abavuga ko yandoze babandanye kuvuga sindota ndamuva inyuma ahubwo vuba tugiye kubamenyesha ibigiye gukorerwa muri the Fighter indirimbo ziruzuye.

 

Ivyo Vichou love yabishikirije igenekerezo rya 15 Nzero 2023 imbere y’abanditsi n’abamenyeshamakuru aho bari babatumiye ngo basangiye umwaka mushasha.

Mubikorwa vyose bazokora mu 2023 harimwo igiteramo bariko barategura gifata iyambere Kandi c’imbonekarimwe bitiriwe “One Man, one show, one million”


Kikazobera Kuri La Pirogue igenekerezo rya 16 Ruheshi 2023
Ni ukuvuga n’umuririmvyi umwe, muri show imwe, kandi kwinjira bikaba ari kuriha umulioni umwe w’amafaranga y’amarundi.

Mwese murahawe ikaze muzoje kubashigikira vuba ngo baratumenyesha uko ibikorwa vya The fighter vyose

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 578