BurundiHealthhomepagekirundi

Ibi nivyo umuryango utabara imbabare Croix Rouge usaba abamenyeshamakuru

Abamenyeshamakuru bahamagarigwa gufasha mu gushikiriza amakuru y’ukuri abanyagihugu ku bijanye no kwikingira ikiza ca coronavirus.

Ako kamo bagatewe n’umunyamabanga mukuru mu muryango utabara imbabare mu Burundi Croix Rouge. Hari mu nama watunganije ku barongoye amaradiyo n’ibinyamakuru, kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2020.

Anselme Katiyunguruza abisavye mu gihe abanyagihugu bumva ibihuha vyinshi bijanye n’ico kiza bigatuma bajuragiragirika.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764